Loading...

Download
  • Genre:Afrobeats
  • Year of Release:2004

Lyrics

Ishano - Kidum

...

Buno bumuga iyi nkorora y'agahehera

Rino shano twatamitswe ryoba rifise umuzi

Ino nzigo y'akazikira yo iterwa n'inzara

zino ngeso nzogukunda agapfa

yoba ari kamere abapf'ubusa bitana ibisuma

Bike bikehanira abankana

urusato rw'imbaragasa rwifuka batanu

Ntaho tuzoteka amabuye agasha

Ntaho tuzoronka umuzi w'ibuye

Twatamitswe ishano

Dupfa turi bazima

kandi tubiri tuvurana urupfu

ishano

ishano

ishaa

irishano

ishano

ishano

ishano

irishanooo



Duhishanya urwanko mu bw'iyorobetsi

Dusasira indava ikinyoma tuka vyicuza mu nyuma

Umve ntuze we!

Ako kamere n'ingeso bitubaka

Iyo mvugo itabereye itubaka Dukwiye kuyirandurana n'imizi

tukayituza

abapf'ubusa bitana abanyoni

Bike bikehanira abankanye

Urusato rw'inyoni rwifuka umunani

umve umve!


Ntaho tuzoteka amabuye agasha

Ntaho tuzoronka umuzi w'ibuye

Twatamitswe ishano

Twapfuye turi bazima

kandi tubiri tuvurana urupfu

ishano

ishano

ishaaaa

irishano


iyooo iyooooooo iyooooooo

Twatamitswe ishano(×2)


Nukuri burya ishano sirica mu kanwa gusa

mu mvugo ishano no mu ngiro ishano

inyigisho z'ishano


Ntaho tuzoteka amabuye agasha(Jewe)

Ntaho tuzoronka umuzi w'ibuye(Twatamitswe)

Twatamitswe ishano(ishano)

Dupfa turi bazima

ishano

ishano(ishano ryasesa nkuyozeeeee)

ishano(×2)



Twatamitswe ishano

Dupfa turi bazima yeah(×5)

Similar Songs

+

      -   or   -

      -   or   -

      NG +234

          Please Select A Playlist

          Add New Playlist

          Share on

          Embed: Love & Light EP

          Custom Size :

          • Default
          • Desktop(300*600)
          • Mobile(300*250)

          Type :

          • HTML/HTML5 (WordPress Supported)
          Get Boomplay Premium
          for
          Payment Method
          Pay With
            Review and pay
            Order Date
            Payment Method
            Due Today
            Flutterwave
              Subscription Successful

              Congratulations! You have successfully activated Boomplay 1 Month Premium.

              Now you have access to all the features of Boomplay App.
              Payment Failed

              Please check your balance and then try again.

              You'll lose your subscription if we don't have a working payment method for your account, so please check your payment details.
              Need help? Contact Boomplay Subscription Support.
              Payment Processing...
              10 s

              Payment is being processed by . Please wait while the order is being comfirmed.

              Payment Processing
              Your order is processing, and it may take up to a few days for the service provider to handle your payment. Please kindly stay tuned and check your order status in ‘User Center’.
              About Order Status