Take Time ft. Crown Rema Lyrics
- Genre:Hip Hop & Rap
- Year of Release:2022
Lyrics
Take Time ft. Crown Rema - Don Caïman
...
Yoo Crown
It's your Boy Don Caïman Serious
I wake up in the morning and i thank you Lord
Imana Niyonkuru
Iyi message itanga hope kubari mubitaro
Kanaremesha nabari mukigandaro
Hello
Ndi connect na GOD
Ngwanya agasuzuguro
Nimba wipfuza ko uzitwa umuvyeyi
Gerageza abawe kutabambika iceyi
Inshallah utapata unachotafuta
Kimbiya matata uyakute mbere yako
Achana na ombeya Pambana na Hali yako
Take time uzoronka ico urondera
Ayomahera ari musi yigitandara
Shiramwo inguvu ubukerebutsi nkagakwavu
Buzoca inyana zizokwigina amatavu
Imana dusenga ikura kucavu
umugenzi wawe ateye imbere reka ishahavu
Just take time my Friends we have to know who we're
Judge nobody man
No body is perfect
Only God Only God ooh
Only God
Only God Only God ooh
Yeah
Only God Only God ooh
Only God
Only God Only God ooh
Yeah
try to be fine
I believe you'll receive what you'r looking for
Kandi umenye ko
Agaciro kumuntu niwe akihereza
Ruryarukundo wumva ukunda Mama wawe
Ninarwo rukwiye guhabwa Papa wawe
Naho yoba ari imborerwa canke arikinani
Wibuke kwariwe yarondeye Mama wawe wita high level
Iyo aja mubintazi abayaratawe mwi caniveau
Agateka ahokamye aho ndavuga kubavyeyi
Bamwe barondera bamwe barwanya ikigoyi
Bamwe bakunda abana babo
Bakanabashigikira nomumpano zabo
Ubu umuco beshi bawerekeza mumuco
Mugihe umwijima ariwo ukeneye umuco
You never took the time to know me
Just take time my Friends we have to know who we're
Judge nobody man
No body is perfect
Only God Only God ooh
Only God
Only God Only God ooh
Yeah
Only God Only God ooh
Only God
Only God Only God ooh
Yeah