Loading...

Download
  • Genre:Hip Hop & Rap
  • Year of Release:2011

Lyrics

Nzura - 19th

...

This is 19th beach

Aha aha

Ntakirihogishasha gishasha

Ntakiriho confasha guhindura ibintu kumpa ubushobozi nububasha bwohindura ibiba kuri iyi si y‘amarira

Ivyo tubona kwisi yose ntansiguro bigira

Umugabo mwikoti yambwiye ndacari muto

Kandi aho nciye hamera ndahashize urubuto

Badushaka turorera kumbonesha Kure

Dushaka ukuri kwinshi bakarudushira kure

Bashaka kuba intama twirire kare

Duhejeje twigire kuryama ako kabi kabe oya

Ndiyamirije kabi gakorwa nabadusumba

Badasiba kuduhenda kumbe nti badukunda

Bakatubwira ati nitwe burundi bwejo amashure tuyamare tuduge hakiri kare aah

Uburundi bwejo Gute ubwubu barabumaze

Muvukanyi utekereze nawe wibaze

Imyaka cumi nine wicaye mwisomero

Utsinze ugashomera rimwe birenze urugero

Umwigeme we afata inzira yubumaraya

Yandura inda igaherera mwiyarara

Abavyeyi ntaco batakoze twinjire mwisomero

Abavyeyi ntaco batakoze tuje twungure iyo ndero

Kwisi harabo twishinga dushigikira bo bashitse heza ivyo bemeye ntanivyo bagira

Nzura nzura

Nigire kwiyagira nabampamvye

Indirimbo yanje yavuzeyo batamvye

Abanyishe ntibantabaye bandamvye

Nzura nzura

Mvuge kuvyo nibonera nyage

Numwigisha akosheje arakosorwa

Adashimye ikaba ari intango yamagorwa

+

      -   or   -

      -   or   -

      NG +234

          Please Select A Playlist

          Add New Playlist

          Share on

          Embed: Love & Light EP

          Custom Size :

          • Default
          • Desktop(300*600)
          • Mobile(300*250)

          Type :

          • HTML/HTML5 (WordPress Supported)
          Get Boomplay Premium
          for
          Payment Method
          Pay With
            Review and pay
            Order Date
            Payment Method
            Due Today
            Flutterwave
              Subscription Successful

              Congratulations! You have successfully activated Boomplay 1 Month Premium.

              Now you have access to all the features of Boomplay App.
              Payment Failed

              Please check your balance and then try again.

              You'll lose your subscription if we don't have a working payment method for your account, so please check your payment details.
              Need help? Contact Boomplay Subscription Support.
              Payment Processing...
              10 s

              Payment is being processed by . Please wait while the order is being comfirmed.

              Payment Processing
              Your order is processing, and it may take up to a few days for the service provider to handle your payment. Please kindly stay tuned and check your order status in ‘User Center’.
              About Order Status