Feel Love Lyrics
- Genre:World Music/Folklore
- Year of Release:2017
This song is not currently available in your region.
Try the alternative versions below.
Alternative versions:
Lyrics
Feel Love - Sat-B
...
mmmhhh
bambwiye ko usangira na beshi
nziba amatwi kuko ntashka kubumviriza
naho ndi intare imbere yawe ndi intama
buca kabiri umpinduke unrye umutima
naho kwisi ariko bimeze
burya umuntu arinda ico akunda
ni wabona ngukoshereje umbabarire cane
kuko kwisi ntawuri perfect
jewe nawe turi abantu
baby soyez joyeuse
et surtout quand vous ete avec moi
kuko unkund'uko ndi
nkagukund'uko uri
komez'unkunde cane
kuko nkukunda cane
let me feel love
let me feel love girl
let me feel love
let me feel love girl
bakubwira ko ndi ikirara gihebuje
nirirwa club ? na lacosta beach
uzubabare bakubwiye ndi badboy bae
lova lova kugeza no kubagore b'abantu
naguhaye umutima wanje
nseng'IMANA nay'irakumpa
niwabona nkukoshereje
umbabarire cane
kuko kw'isi ntawuri perfect
jewe nawe tur'abantu
baby soyez joyeuse
et surtout quand vous ete avec moi
kuko unkund'ukondi
nkagukund'uko uri
komez'unkunde cane
kuko nkukunda cane
let me feel love
let me feel love girl
let me feel love
let me feel love girl
lova lova love
she is my
lova lova
she is want...