Wesha Lyrics
- Genre:Afrobeats
- Year of Release:2022
Lyrics
Weuh! Weuh! Wesha! Weuh!
Weuh! Wesha! Weuh!
Weuh! Weuh!
Yo Eazy!!!
Ni Mutama w'UBUKi!
Weuh! Wesha! Weuh!
Je aka kana Ndakatake
Nipime kabisa!
Ndakatake!
Yeeh!
Je aka kana Ndakatake!
Ndakatake! Ndakatake!
Eeeh!!!
Je aka kana Ndakatake!
Ndagatsetsegetseee!
Je aka kana Ndakatake
Ndagacagagureee!
Je aka kana Ndakatake!
Ndakatake! Ndakatake!
Weuh! wesha wa gakumi weee
Nyegera kuruhande gato nkwongorereee
Aha umbona nukuri je numva nafaditseee
Nsamariye weweee
Nsamariye weweee!
Harya ngo inzu nziza irabirwa ku kasugumweee
nawe mbona utovyeee
Wallah nima jeje!
Nima selekeleee!
Uri mademoiselle
Nakubalee nukuri nakubalee!
Umvaaa.. nyemerera dutahe ndakuryagagureee
Ibiri munzu vyose maze tubisambagureee
Nyihere umushusho
Ndashonje!
Nyihere n'ubushuhe
Ndakonje!
Weuh! Weuh! Wesha! Weuh!
Weuh! Wesha! Weuh!
Weuh! Weuh! Wesha! Weuh!
Weuh! Wesha! Weuh!
Weuh! Wesha! Weuh!
Je aka kana Ndakatake!
Ndagatsetsegetseee!
Je aka kana Ndakatake
Ndagacagagureee!
Je aka kana Ndakatake!
Ndakatake! Ndakatake!
Nukuri kano kana mazee numva wapi
Kano kana kuri piste ko kunaga hasi
Nanje ku mutima nti
Sika achi chi!
Si si si sika achi!
Nda cenga cenga!
Ku gapira je ndatera
Dem gyal back it's up
Murukino ntaco ncera
Rimwe na rimwe Wiii
Ikindi gihe Nop!
Uwundi mwanya ngo
Kishakira Eazy!!
Mi a Gwaan Zaga
Mi a Gwaan Boom
Mi a Gwaan Lit N'ubushuhe inna Di Room
Reka Mpengere
Can't get enough
Ndagatingeee!!!
Weuh! Weuh! Wesha! Weuh!
Weuh! Wesha! Weuh!
Weuh! Weuh! Wesha! Weuh!
Weuh! Wesha! Weuh!
Weuh! Wesha! Weuh!
Je aka kana Ndakatake!
Ndagatsetsegetseee!
Je aka kana Ndakatake
Ndagacagagureee!
Je aka kana Ndakatake!
Ndakatake! Ndakatake!
Eeeh!!! Eeeh!!!
Je aka kana Ndakatake!
Ndagatsetsegetseee!
Je aka kana Ndakatake
Ndagacagagureee!
Je aka kana Ndakatake!
Ndakatake! Ndakatake!
Weuh! Weuh! Wesha! Weuh!
Weuh! Wesha! Weuh!
Weuh! Weuh! Wesha! Weuh!
Wesha! Weuh!
Wesha! Weuh!
Wesha! Weuh!
Yooo Eazy!
Weuh!Wesha! Weuh!
Ni Mutama w'UBUKi!
Weuh! Wesha! Weuh!