Loading...

Download
  • Genre:World Music/Folklore
  • Year of Release:2023

Lyrics

Nyakabiga - Yoya Jamal

...

Akababaje umutima gasesekara ku munwa intuntu n’amarira vy’umugabo bitemba bija mu nda, gukumbura i muhira ukabura uko ugira ukagendagenda isi ukayimara ariko imuhira ni muhira, nyogokuru imbere y’uko ashengera niwe yakunda kutubwira ngo amahanga arahanda muragaba none ubu ivyo ndavyibonera…

Nyakabiga yanje, ndagukumbura nkabura uko ngira oh! Muyinga yanje, ndagukumbuye si ugufyina, oh! Gihugu canje ndagukumbura nkabura uko ngira Tanganyika yanje nkumbuye akayaga kawe ko kumugoroba.

Kwibagira aho warutaye bisa nk’uguhemuka, nk’ukwihakana uwakuvyaye ku mutaga izuba riva tuzohaba tuzohasazira ntihazocika i muhira…amazi masabano na yo ntiyigera amara imvyiro

Nyogokuru imbere y’uko ashengera niwe yakunda kutubwira ngo amahanga ni amahano muragaba none ubu ivyo ndavyibonera…

Nyakabiga yanje, ndagukumbura nkabura uko ngira oh! Muyinga yanje, ndagukumbuye si ugufyina, oh! Gihugu canje ndagukumbura nkabura uko ngira Tanganyika yanje nkumbuye akayaga kawe ko kumugoroba.

Kanyosha, Musaga, Kinindo, Kibenga, na Rohero ndagukumbura nkabura uko ngira

Kinama, Carama, Kamenge no mw’Isororezo ndagukumbuye si ugufyina Bwiza, Jabe, Buyenzi, Buterere ndagukumbuye nkabura uko ngira Kajaga, Ngagara, Mutakura na Gasekebuye, ndagukumbuye si ugufyina, Nyakabiga yanje

Listen to Yoya Jamal Nyakabiga MP3 song. Nyakabiga song from album Nyakabiga is released in 2023. The duration of song is 00:03:23. The song is sung by Yoya Jamal.

Related Tags: Nyakabiga, Nyakabiga song, Nyakabiga MP3 song, Nyakabiga MP3, download Nyakabiga song, Nyakabiga song, Nyakabiga Nyakabiga song, Nyakabiga song by Yoya Jamal, Nyakabiga song download, download Nyakabiga MP3 song

Comments (9)

0/500

    New Comments9

    GIBI Burundi

    Vraiment vyiza cane gusa Jewe sHak kuyaga nawe même un seul fois bas

    Burundi

    Amasabo

    Thank you for an amazing song Jamal can we have lyrics keep it up

    Burundi

    BASHIKAKO Emile

    nyanza-lac yanje

    Malawi

    harvey moula

    [0x1f612][0x1f613][0x1f621][0x1f623]

    Burundi

    Nzeyimana omar

    ❤️

    United Arab Emirates

    Vilbert NIyonizeye

    Ngozi yanj

    Kenya

    dj overh27kj

    Nakubali saana gasekebuyi kwetu welcome yoya tuna ku miss saana

    Burundi

    Dr Ogbdian

    our yoya is back❤✌

    Zambia

    IRAKOZE OSIAS

    kbx uranyemeje coup de chapeau

    Burundi

    +

        -   or   -

        -   or   -

        NG +234

            Please Select A Playlist

            Add New Playlist

            Share on

            Embed: Love & Light EP

            Custom Size :

            • Default
            • Desktop(300*600)
            • Mobile(300*250)

            Type :

            • HTML/HTML5 (WordPress Supported)
            Get Boomplay Premium
            for
            Payment Method
            Pay With
              Review and pay
              Order Date
              Payment Method
              Due Today
              Flutterwave
                Subscription Successful

                Congratulations! You have successfully activated Boomplay 1 Month Premium.

                Now you have access to all the features of Boomplay App.
                Payment Failed

                Please check your balance and then try again.

                You'll lose your subscription if we don't have a working payment method for your account, so please check your payment details.
                Need help? Contact Boomplay Subscription Support.
                Payment Processing...
                10 s

                Payment is being processed by . Please wait while the order is being comfirmed.

                Payment Processing
                Your order is processing, and it may take up to a few days for the service provider to handle your payment. Please kindly stay tuned and check your order status in ‘User Center’.
                About Order Status